Radio
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Bamwe mu baturage bari barahunze imirwano ibera mu karere ka Rutshuro muri Kongo batangiye gusubira mu byabo. Rwiyemezamirimo yashinze uruganda mu Rwanda rufite abakozi barenga 3000, nyuma y’imyaka 3 rutangiye. Nyuma y’imyaka 29, umwana w’umuhugu asigaye mu mirambo, akarokorwa, yabonye umuryango we
16:00 - 16:59
Murisanga
Muri Murisanga y'uno munsi twabatumiriye Umupfasoni Marguerite Barankitse yashinze kandi atwara ikigo Maison Shalom. Maggy azwi mu bushimwe bwinshi yaronse kw’isi nk’uwuharanira agateka ka zina muntu na cane cane ak'abana. Aheruka gushinga ikigo kindi camwitiriwe, Fondation Maggy Barankitse.
Presenter: