Isanganya y’indege y’Ubushinwa Yahitanye 132. Amerika Yahanye igiporisi ca Sudani kubwo Guhungabanya agateka ka muntu
Burundi: Abakoresha za tuktuk n’amapikipiki ndetse n’amagare ntibishimiye icyemezo cyo kubabuza kwinjira mu bice bimwe by’umurwa mukuru w’ubukungu Bujumbura. Mu Rwanda, abatuye ku kirwa cya Gihaya, mu karere ka Rusizi baravuga ko bimurwa mu masambu yabo badahawe ingurane igaragarara
Mu kiganiro, #Murisanga c’uyu musi, turavuga kuri tombola ya kimwe ca kane c’ihiganwa ry’inkino z’igikombe c’imirwi y’umupira w’amaguru yo ku rwego rwa mbere yabaye iya mbere mu ma shampiyona y’ibihugu ikinamwo mu karere k’i Bulaya
CVR Ivuga ko igiye gutanga inyigisho z'ubwicanyi bwabaye mu Burundi mu makaminuza atandukanye. USA Iburira ibitero ku buhinga bwa none Uburusiya bushobora kugaba
Navalny atavuga Rumwe n'Ubutegetsi bw'Uburusiya Yakatiwe Imyaka Icenda. Reta y’u Rwanda ihumuriza Abanyarwanda bose ko mu gihe ca vuba ikibazo c'amazi meza kizoba kitakivurwa mu gihugu cose.