Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:59 0:00

Muri Murisanga y'uno munsi twabatumiriye Umupfasoni Marguerite Barankitse yashinze kandi atwara ikigo Maison Shalom. Maggy azwi mu bushimwe bwinshi yaronse kw’isi nk’uwuharanira agateka ka zina muntu na cane cane ak'abana. Aheruka gushinga ikigo kindi camwitiriwe, Fondation Maggy Barankitse.

XS
SM
MD
LG