Murisanga (1400-1500 UTC): Ikiganiro, Murisanga, c’uno musi turavuga ku ntambara muri #Ukraine iriko igira ingaruka zikomeye ku butunzi na politike kw’isi, bifatiye ku biciro biri hejuru cane vy’amasoko ntanganguvu n’ibifungurwa, n’ukugene iriko irahungabanya kandi amahoro n’umutekano kw’isi.