Radio
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
Murisanga
Uno munsi, tugaruka ku nama mpuzamakungu y'ihindagurika ry'ibihe igira 27. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, yatumiye Landry Ninteretse atwara ishirahamwe 350 ku mugabane wa Afurika. Ninteretse yitabiriye iyo nama iriko ibera muri Misiri, arasigura ibiyivugigwamwo.
Presenter:
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, umudepite mu nteko nshingamategeko washyizwe mu majwi n’umukuru w’igihugu kubera ubusinzi yeguye ku mirimo ye. Gamaliel Mbonimana wo mu ishyaka PL, yari amaze imyaka ine ari umudepite. Prezida w'Amerika Joe Biden na Prezida w'Ubushinwa Xi Jinping babonanye amaso mu yandi