Uko wahagera

Burundi: Ingingo yo Kubuza Abarovyi Kuroba Yoba Igiye Kuzohagarikwa?


Amato y'abarovyi ku nkengera z'ikiyaga Tanganyika
Amato y'abarovyi ku nkengera z'ikiyaga Tanganyika

Ingingo yo guhagarika kuroba mu kiyaga Tanganyika ku ruhande rw’Uburundi ntiratangura kuja mu ngiro. Ibihugu bisangiye ico kiyaga vyari vyagiye inama ko bigiye kugara Tanganyika mu kiringo c’amezi 3 kuva ku wa 15 rusama. Abarovyi bararindiye itegeko ryanditse kugira bahagarike barabura baca babandanya barangura imirimo yabo kandi ntawubakomakoma. Mbega iyo ngingo yoba yarahagaritswe canke abarovyi bofata iki?

Fyonda aho munsi ukurikirane iyi nkuru mw'Ijwi ry'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Thierryve Ndayishimiye.

Abarovyi Barabandanya Imirimo Yabo mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:01 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG