Uko wahagera

Amafoto y'Amwe mu Mateka ya Gineya

Abasirikare muri Gineya bavugira kuri Televiziyo y’igihugu kuri uyu w’Imana bemeje ko bavanye ku butegetsi Perezida Alpha Conde, bongera bavuga ko basheshe ibwirizwa shingiro, kandi imbibe z’igihugu, haba ku butaka no mu kirere zicungerewe.

Itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bwo kwivuna abansi ryavuze ko igitero ku kirimba c’umukuru w’igihugu, i Conakry, casubijwe inyuma. Ibihugu bitandukanye n'amashirahamwe arimwo umuryango w'ubumwe bwa Afurika yateye ivyatsi ikomborwa rya Prezida Konde avuye ku butegetsi amazeko imyaka 11.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eddie Rwema, aragaruka ku matariki makuru makuru yaranze Gineya kuva yikukira

https://www.radiyoyacuvoa.com/a/amwe-mu-matariki-yaranze-gineya-muri-kahise/6214429.html





Voma ibindi

XS
SM
MD
LG