Uko wahagera

Irani: Reta mu Mazi Abira Kuva Yemeye ko Barashe Indege ya Ukraine


ADDITION Iran Plane Crash
ADDITION Iran Plane Crash

Imyiyerekano yiyamiriza ubutegetsi bwa Irani yarongeye kuba mw’ijoro ryo kuri uyu w’Imana ku ncuro ya kabiri yiyamiriza igisirikare, ubwa mbere cahakanye mu nyuma kiremera ko carashe indege ya gisivile ya Ukraine, ahapfuye ingenzi zose 176 zari muri yo.

Perezida wa Reta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump yagabishije Irani kutarwanya abari mu myiyerekano.

Umushikiranganji wa Irani ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu Mohammad Javad Zarif, yashikirije ko afise umubabaro ko asavye imbabazi kubw’iyo ndege yarashwe.

Iyo ndege yakorotse ku musi wa gatatu, ariko Irani yagiye kwemera ko ariyo yayirashe ku musi wa gatandatu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG