Uko wahagera

Bunyoni Yabisikanije na Ndirakobuca


Mu Burundi, umushikiranganji wa mbere mushasha Gervais Ndirakobuca yinjiye mu mabanga kuri uyu wa kane ku kagoroba. Mu kanya gaheze yabisikanije na mugenzi we Alain Guillaume Bunyoni.

Bunyoni yavuze ko ahanini amusigiye umushinge ubwirizwa guhagarara kw'ikorabuhanga mu bikorwa vyose kugira igihugu gishobore kwiteza imbere. Kugeza ubu ariko Reta nshasha ntiramenyekana.

Fyonda hasi wumvirize ibindi muri ino nkuru ya Eloge Willy Kaneza

Ndirakobuca Yatanguye Amabanga Yiwe Mashasha
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:52 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG