gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Perezida Yoweri Museveni, yemeza ko ibikorwa bya gisirikare bihuriweho n’ingabo z’ibigihugu bya EAC bizagarura amahoro muri Kongo.I Minembwe, umunyeshuli w’imyaka 14 yishwe n’umusirikare w’ingabo z’igihugu.Mu Rwanda, abajya kwivuza indwara zo mu mutwe biyongereyeho abarenga 20,000 uyu mwaka
Murisanga
Twabatumiriye Umunyarwandakazi Barbara Umuhoza aheruka kwandika igitabo yise, Shaped. Hambavu yo kuba umwanditsi, Barbara ni umurwizatunga afise uruganda rukora amabuji amotesha mu nzu ( Lacia Scented Candles) na sosiyete ikora mu vyo kumenyesha amakuru ( Éclat Comunications Ltd).
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, umushikiranganji w'amagara y'abantu avuga ko abakiri bato batarubaka ingo zabo, batemerewe gukoresha ubuhinga bwo kwirinda gusama. HCR yatahanye Abarundi barenga 200 bari barahungiye muri Kongo. Umushikiranganji wa mbere wa Chad, yatanze imihoho kugira birekurire reta nshasha gushirwaho.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda hateraniye inama y’ihuriro ry’inteko zishinga amategeko ku isi.Yitabiriwe n’intumwa za rubanda zirenga 1,000. Mu Burundi, leta ivuga ko abakiri bato batarubaka ingo zabo, batemerewe gukoresha ubuhinga bwo kwirinda gusama.Mu Rwanda hatangijwe ubwumvikane bushingiye ku kwemera icaha mu nkiko