Intambamyi zifatiye ku kibazo c’amatora ntikibonwa kumwe n’abanyapolitike mu Burundi.
Blatter yari aherutse gusubira gutorwa kuyobora ishirahamwe FIFA mu kiringo kigira gatanu haheze imisi ine gusa.
Ambassade ya Amerika i Bujumbura, imenyesha kw’imigambi ya prezida Nkurunziza inyuranye n’amasezerano ya Arusha yarangije imyaka itari mike y’ubwicanyi mu Burundi
Reta y’Uburundi iratewe amakenga n’ibiriko bikorwa n’amakungu ku bijanye n’ibiganiro bishobora kugeramira inzego z’igihugu n’ibwirizwa shingiro.
Zedi Feruzi ayoboye umugambwe UPD, n’umwe mu bacungera ubuzima bwiwe bishwe ku musi wa gatandatu muri Komine Ngagara
Ivyo Prezida Nkurunziza yabitangaje kuri televiziyo ya Reta ku mugoroba wo ku musi wa gatatu aho yatangaje kw’amatora yimirije y’abashingamateka azokwigizwayo indwi imwe
Ishirahamwe rijejwe gutabara, Croix Rouge mu Burundi ryemeje iyicwa ry’abo bantu batatu.
Voma ibindi