Uko wahagera

Tanzaniya: Mu Nkambi ya Nduta Abigeme Batwara Inda Batipfuza Bariyongereye


Abanyeshuli mu cyumba cy'ishuli mu nkambi ya Nduta
Abanyeshuli mu cyumba cy'ishuli mu nkambi ya Nduta

Mu kiringo c’umwaka umwe urenga abigeme barenga gato 150 mu nkambi ya Nduta icumbikiye impunzi z'Abarundi muri Tanzaniya baramaze guheba amashure bitewe no gutwara inda batipfuza. Ico kibazo gituma babaho mu buzima bubi bivamo kudashikira akazoza kabo keza.

Ivyo bitigiri bitangwa n’ishirahamwe Save the Children igisata kijejwe indero mu nkambi ya Nduta. Rivuga ko benshi ari abo mu mashure shingiro bavyara bakiri bato bagaca bacika abavyeyi bari bakiri intavyi

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika James Jovin ari muri Tanzaniya ni we yabateguriye ino nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:59 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG