Uko wahagera

Ikambi y'Abarundi ya Mtendeli muri Tanzaniya Yugawe Burundu


Ikambi y’impunzi z’Abarundi ya Mtendeli irugawe burundu nyuma y'aho impunzi zose zimuriwe mu nkambi ya Nduta.

Reta ya Tanzaniya ivuga ko uwo mugambi uzoca ubandaniriza mu nkambi ya Nyarugusu mu ntango z'umwaka uza w’2022. Iyo kambi ibarizwamwo Abarundi barenga gato ibihumbi 50 na bo bazokwimurirwa mu nkambi ya Nduta.

Inkuru iramvuye muyishikirizwa n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika muri Tanzaniya, James Jovin.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:17 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG