Uko wahagera

Prof Ndikumana: Afurika Isahurwa n'Amashirahamwe Mvamakungu


Profeseri Leonce Ndikumana
Profeseri Leonce Ndikumana

Amatungo y’ibihugu vyo muri Afurika arabandanya gusahurwa n’amashirahamwe mvamahanga afadikanije n’akarwi k’abantu bakora ku nyungu zabo. Ivyo bishikirizwa n’abahinga 2 kirangiranwa, Professor Leonce Ndikumana na Professeur James K. Boyce, baherutse gusohora igitabo bise: On the Trail of Capital Flight from Africa: The Takers and the Enablers.

Abo bigisha bo muri Kaminuza Massachusetts University Amherst yo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, bakoze amatohoza ku bihugu bitatu vyo muri Afrika birimwo, Afrika y’epfo, Angola na Cote D’Ivoire. Mu kiganiro yagiranye na mugenzi wacu Frederic Nkundikije, Professeur Leonce Ndikumana aratangura ashikiriza bimwe mu vyo batohoje biri muri ico gitabo.

Amatohoza y'Abigisha 2 bo muri USA Ku Basahura Afurika
please wait

No media source currently available

0:00 0:12:22 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG