Uko wahagera

Afrika Yatakaje za Miliyaridi Kubera Abayobozi Bayo Basahura


Prezida wa Kenya Uhuru Kenyatta, kumwe na Tony Blair yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza. Bompi uko ari 2, bavugwa muri Raporo nshasha yitwa "Pandora Papers"
Prezida wa Kenya Uhuru Kenyatta, kumwe na Tony Blair yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza. Bompi uko ari 2, bavugwa muri Raporo nshasha yitwa "Pandora Papers"

Prof Ndikumana avuga ko ayo mahera akenshi anyegezwa cane cane i London mu Bwongereza, i New York muri Amerika, n'ahandi mu yandi mareta y'Amerika. Gushika mu 2018, Afurika yataye ubutunzi bw'uwo mugabane wose ubuteranije,....

Amakuru yari akiri ibanga yagiye ahabona uyu musi, aravuga ko bamwe mu banyemari n'abanyapolitiki bagera kuri 330 bahisha imitungo yabo mu bihugu bidasoresha.

Bamwe mu batangajwe muri raporo nshya yitwa "Pandora Papers" barimo umwami Abdullah II wa Yordaniya, uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza, Tony Blair, Prezida wa Kenya, Uhuru Kenyatta, uwa Gabon Ali Bongo Ondimba, uwa Congo Brazzaville, Denis Sassou Nguesso n'abandi benshi.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Frederic Nkundikije, yavuganye na Profeseri Leonce Ndikumana, yakoze ubushakashatsi kuri icyo kibazo cyo guhisha imari mu bihugu vyo mu mahanga. Ndikumana yigisha muri Kaminuza Massachusetts University, Amherst, iri mu mujyi wa Boston muri leta ya Massachusetts hano muri Amerika.

Ni Bande Bategetsi Banyegeza Ubutunzi Bwabo? Babunyegeza Hehe? Kubera Iki?
please wait

No media source currently available

0:00 0:06:58 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG