Uko wahagera

Umurundi Leonce Ndikumana Yahawe Umwanya wa "Andrew Carnegie Fellow"


Professor Leonce Nikumana

Muri Leta zunze ubumwe z'Amerika, umwigisha w'ivy'ubutunzi muri za kaminuza akomoka mu Burundi, Ndikumana Leonce, yabonye umwanya wo kwigisha witwa "Andrew Carnegie Fellow" w'abahinga n'abashakashatsi bo mu rwego rwo hejuru.

Mugenzi wacu Frederic Nkundikije yamubajije uko yawuronse n'uko yavyakiriye.

please wait

No media source currently available

0:00 0:07:18 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG