Uko wahagera

Ibiciro vy'Igitoro Vyaduze hafi 10 kw'Ijana mu Burundi


Imwe mu masitasiyo adandaza igitoro mu Burundi

Iritiro ry’ibitoro vyo mu bwoko bwa lisansi n’amazutu ryongeweko amafaranga 150 ku giciro cahahora, ilitiro rya peterori na ryo riduzwa amafaranga 200.

Ubushikiranganji bw’ubutare n’amasoko ntanga nguvu busigura ko vyavuye kw'ifaranga ry’Uburundi ryataye agaciro.

Mw’ishirahamwe ry’abaguzi ABUCO bakiriye nabi iyo ngingo,bagasaba ko iyo ibitoro bimanutse kw'isoko mpuzamakungu, ubushikiranganji buraba ivy'igitoro bwoza buramanura ibiciro.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Raymond Nzimana ni we yateguye ino nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:06 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG