Uko wahagera

CVR: Ubwicanyi bwo mu 1972 ni "Jenoside Yakorewe Abahutu"


Pierre Claver Ndayicariye atwara umurwi w'igihugu ujejewe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi, CVR

Umurwi w'igihugu ujejewe kumenya ukuri no kunywanisha Abarundi, CVR, wemeje kuri uyu muhingamo ko ubwicanyi bwo mu 1972 ari ihonyabwoko ryakorewe Abahutu.

Pierre Claver Ndayicariye arongoye CVR yabitangaje imbere y'inama nshingamateka y'Uburundi. Amwe mu mashirahamwe yigenga amenyesha ko ibi bishobora gutuma ubumwe bw'Abarundi butosekara bitumwe n'uko CVR ititaho ubundi bwicanyi bwo mu bindi bihe bwakorewe Abatutsi.

Inkuru y'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi muri Kenya, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:42 0:00





Facebook Forum

XS
SM
MD
LG