Uko wahagera

Amatora ya ba musitanteri mu ntara ya Kirundo na Ntega


Amatora yari yitezwe cyane yabaye kuri uyu wa 23 ukwezi kwa kalindwi ni aya musitanteri wa komini Kirundo mu ntara ya Kirundo.

Amatora ya ba musitanteri yashobotse mu makomine 2 yo mu ntara ya Kirundo ariyo KIRUNDO na NTEGA bitari vyashobotse ko aba.

Ku ntega hari habuze igitigiri gikwiye c'abategerezwa gutora, muri komini Kirundo uwatowe akaba yaciye atanga imihoho ko atavyo ashoboye, ariko ahava mu nyuma amenyesha umugwi CEPI ujejwe amatora muri iyo ntara ko yatewe ubwoba na bamwe mubo bahiganwe.

Ni inkuru y’umunyamakuru w’ijwi rya Amerika, Jean Bosco Ndarurinze.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:44 0:00

XS
SM
MD
LG