Uko wahagera

Abarundi Bahungiye muri Tanzaniya Bafise Ubwoba bwo Kwirukanwa


Nyuma y'amatora aheruka kuba mu Burundi zimwe mu mpunzi z’Abarundi zahungiye mu nkambi ya Mutendeli zifite amakenga yuko zizohava zitahukanwa ku nguvu na reta y'ico gihugu.

Abavuganye n'ijwi ry'Amerika basigura ko imvugo yakomeje kwumvikana mu bategetsi ba Tanzaniya bavuga ko "amahoro yagarutse mu Burundi" izohava ituma ico gihugu gishira mu ngiro igabishwa bamye bakorerwa.

Basaba ubutegetsi bwa Tanzaniya kubahiriza amategeko agenga impunzi, hakazotahuka abumva ko batekaniwe.

Abarundi Bahungiye muri Tanzaniya Bafise Ubwoba bwo Kwirukanwa
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:30 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG