Uko wahagera

Impunzi z'Abarundi Ntizakiriye Kumwe Akamo Zatewe na Perezida Ndayishimiye


Impunzi z'Abarundi mu Nkambi ya Nyarugusu muri Tanzaniya
Impunzi z'Abarundi mu Nkambi ya Nyarugusu muri Tanzaniya

Perezida Evariste Ndayishimiye yarahiriye amabanga yo kurongora Uburundi mu kiringo c'imyaka indwi yateye akamo Impunzi z'Abarundi gutaha bagafasha mu kwubaka igihugu.

Abarundi bahungiye muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo bari mu nkambi ya Lusenda bavuze ko batakiriye neza ako kamo batewe n’umukuru w’igihugu Ndayishimiye. Bamunegura ko ataho yavuze ko azokosora Imbonerakure ndetse n’abashinzwe iperereza batumye zihunga igihugu c’Uburundi.

Bavyiganiye umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Vedaste Ngabo.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00


Ariko ku rundi ruhande, impunzi z’Abarundi zahungiye muri Tanzaniya zivuga ko zakiriye neza ijambo ryashikirijwe n’umukuru w’igihugu mushasha kuko rinywanisha Abarundi. Baganiriye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika muri Tanzaniya, James Jovin.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:23 0:00



Facebook Forum

XS
SM
MD
LG