Uko wahagera

OLUCOME: Imiriyaridi Zirenga 400 Zaranyurujwe mu Burundi mu 2021


Gabriel Rufyiri arongoye Ishirahamwe rijejwe kurwanya isesagurwa ry'amatungo y'igihugu mu Burundi

Mu Burundi ishirahamwe ryishinze kurwanya ibiturire n’isesagurwa ry’ubutunzi bwa Leta OLUCOME ryatangaje icegereranyo c’ibikorwa ryaranguye mu mwaka w’2021. Muri ico cegeranyo iri shirahamwe ryagarutse ahanini kw’inyuruzwa ry’amafaranga arenga imiriyaridi 400 z’amafaranga y’amarundi.

Raporo ngaruka mwaka yashizwe ahabona na OLUCOME kuri uyu wa mbere, igaruka ahanini ku mafaranga yanyurujwe ndetse aranasesagurwa n’ibisata bijejwe gutanga amasoko ya reta mu Burundi. Kubwo uwuserukira OLUCOME, Gabriel RUFYIRI avuga ko mu madosiye makuru makuru yakoreweko ubushakashatsi, habonekamwo ayo kurya ibiturire, gusesagura amatungo ya leta no kunyuruza amatungo y’igihugu.

Inkuru iramvuye twumvirize Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Kigali mu Rwanda, Ndayishimiye Thierryve ayidushikirijwe mu majwi

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:02 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG