Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku ciyumviro co gushiraho sentare mpuzamakungu yokwihweza amabi yakozwe mu gihe c’ubucuruzi bw’Abanyafrika bagiye kugirwa abacakaba ku mugabane w’Ubulaya na Amerika.