Kw’isi hose, igitigiri c’abana bari hagati y’ibihumbi 150 na 200 bavukana ubumuga bw’ikirenge cizinze, bwiswe “Ubugaru”. Mbega ubwo bumuga buterwa n’iki? Buravurwa bugakira? Ivyo ni bimwe mu bibazo tugiye guca irya n’ino muri Murisanga