Uko wahagera

Abo bapfasoni babiri bashasha ni Annonciate Niyonkuru na Alice Nijimbere.


Abo bakomiseri babiri bashasha ba Komisiyo y’igihugu ijejwe gutegura amatora, CENI, basubiriye abapfasoni babiri batanze imihoho mu ntango z’uku kwezi, bararahiye mu mabanga yabo mashasha. Abo bapfasoni babiri bashasha ni Annonciate Niyonkuru na Alice Nijimbere.

XS
SM
MD
LG