gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo, abana bari baravuye mu mitwe yitwaje intwaro basubiye mu ishyamba kubera kutitabwaho.Mu karere k’uburasirazuba bwo hagati, abantu batatu bishwe barashwe. Kissinger wabaye umudiplomate ukomeye wa Leta Zunze ubumwe z”Amerika yitabye Imana afite imyaka 100.
Murisanga
Twatumiye Injeniyeri Eric Biribuze, Umurundi afise ubumenyi buhanitse mu vy'ubuhinga bwa none, ubushakashatsi n'ibiharuro. Eric yegukanye agashimwe ka Black Engineer of the Year muri Amerika mu 2018, vuba araronka akandi kitwa Black Engineer of the Year Award for Community Service in Industry.
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Nkundineza yasavye umucamanza muri sentare ya Nyarugenge kumupfungura vy’agateganyo.Ikoraniro rya 28 rya ONU kw'ihindagurika ry'ibihe ryatanguye ibikorwa vyaryo.Umwungere wa Ekleziya Katolika y'isi yose, Papa Fransisko, yatangaje ko arwaye indwara y’amahaha imuremej