gahunda y'itangazamakuru
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru agezweho mu karere k'ibiyaga binini: Abantu bagera kuri 680 mu Burundi barasaba ubutegetsi kubafasha gusubizwa amafranga batswe n’abatekamutwe babizeza kubabonera imilimo mu bihugu by’Abarabu. Mu Rwanda, ubushinjacyaha burasabira abarwanashyaka b’ishyaka Dalfa Umurinzi n’umunyamakuru Theoneste Nsengimana kuba bafunzwe by’agateganyo mu gihe cy’ukwezi.
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo nkuru zigize amakuru yo ku mugoroba: Ibihugu 100 vyafashe ingingo zikomeye zo gukingira amashamba Intumwa idasanzwe ya Reta zunze ubumwe za Amerika mw’ihembe rya Afrika yagabishije ingabo z’intara ya Tigreya kutabadanya n’ibitero bigenewe gufata umurwa mukuru w’igihugu Addis Ababa Umwungere wa Ekleziya Katolika y'isi yose, Papa Fransisiko, asaba abakora ibirwanisho kubihagarika