gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo abasirikare batatu ba leta bishwe barashwe n’ishyeshyamaba z’aba Mai Mai ubwo bagerageza kugarura inka zirenga 300 zari zanyazwe abaturage mu mujyi wa Baraka uri mu ntara ya Kivu y’epfo. Mu Burundi guhera kuri uyu wa kane kugeza ejo ku wa gatanu harateraniye inama yo kwiga uburyo bwo guteza imbere ubukungu bw’igihugu. Mu Rwanda amabwiriza ya Ministeri y’uburezi yo kwirukana umunyeshuri wagaragaweho n’imyitwarire mibi ntiyakiriwe kimwe mu Banyarwanda.
Amakuru y'Akarere
Ingingo nkuru zigize amakuru agezweho mu karere: Umufaransakazi akomoka mu Burundi, Jeanne Muvira yatangaje ko azokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu Bufaransa. Intumwa za Reta zunze ubumwe z’Amerika n'umuryango w'ubumwe bwa Afrika zashitse muri Etiyopiya kugerageza kwumvikanisha impande zishamiranye biciye mu biganiro. Muri Kenya, abantu 3 bagirizwa iterabwoba bari batorotse agasho gacungerewe cane basubiye gufatwa
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo nkuru zigize amakuru yo ku mugoroba: Mu gihugu ca Uganda, imirimo yasubiye nkuko yahora ku murwa mukuru Kampala Kameruni ivuga ko abakozi banse urucanco rwa COVID-19. Igitigiri c'abantu bamaze gupfa inyuma y'imyiyerekano y'ukwiyamiriza kudeta yabaye mu kwezi guheze muri Sudani ciyongeye