gahunda y'itangazamakuru
Murisanga
Mu Burundi bamwe mu rwaruka barijukiye ubworozi bw’inkwavu. Bavuga ko zigwira cane kandi zifasha mu gisata c’ubworozi. Abicishije mw’ishirahamwe ryiwe BARAFARM, umupfasoni Bora Njebarikanuye aba mu ntara ya Cibioke, na we nyene avuga ko ubwo bworozi busigaye bwaramugize umworozi adasanzwe.
Amakuru y'Akarere
Kuri uyu wa kabiri mu gisagara ca Uvira kiri mu buseruko bwa bwa Kongo hatanguwe gahunda yo gukingira abantu ingwara ya Kolera. U Rwanda rwashize ahabona ikirangamisi c’amatora ategekanijwe mu 2024. Prezida wa Ukraine ari i Washington DC, ku murwa mukuru wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
Amakuru ku Mugoroba
Muri Kongo abaturage muri Masisi na Rutshuru bakomeje kwibaza uburyo bazahagararirwa mu myanya ya politiki kandi nta matora ahateganyijwe ubu.Mu Rwanda amatora yashyiwe ku itariki ya 14 na 15 y’ukwa karindwi 2024. Perezida wa Ukraine Zelenskyy yagiranye ibiganiro na Perezida Biden i Washington.