gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Inyuma y’umwaka umupaka wa Nemba-Gasenyi uhuza u Rwanda n’Uburundi ufunguye, abababa mu micungararo yawo bavuga ko bataremererwa gusubira guhanahana ibidandazwa. Human Rigths Watch irasaba Kongo guhangana n'ikibazo cy'ubwicanyi bushingiye ku moko.Imvura irabangamiye impunzi muri Tanzaniya.