gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abegeranirijwe mw’inkambi nshasha ya Kshaka Shabinda muri Kongo bahangayikishijwe n’ibibazo birimwo ubwinshi bw’abayigana n’ubufasha buke. Abaganga muri Koreya ya ruguru ntiberekwa umugambi wo kongereza abanyeshure biga ivy’ubuvuzi. USA yifashishije indege yakoroye imfashanyo ku butaka bwa Gaza.
Iwanyu mu ntara
Abavanwe mu byabo n’intambara bari mu nkambi ya Kashaka Shabindu mu mujyi wa Goma baravuga ko nta mfashanyo babona.Abagore bagera hafi ku bihumbi 600 basuzumwe ubwandu bushya bwa kanseri y’inkondo y’umura muw’2020.Amerika irasaba Israyeli kureka imfashanyo ikinjira muri Gaza, imirwano igahagarara
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, abashinzwe umutekano kuri uyu wa mbere bakuye ibisasu bine bya gerenade mu cumba c'ibikoresho ca REGIDESO. Impunzi z’Abakongomani mu Rwanda zakoze imyigaragambyo. Urukiko rw’ikirenga rw'Amerika, rwanzuye ko Perezida Donald Trump azaguma ku rupapuro rw'itora muri Leta ya Colorado.