gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Akanama ka ONU gashinzwe uburenganzira bwa muntu kemeza ko umurwi CNIDH ukurikirana ivy'agateka ka mungu mu Burundi udakurikirana amabi akorwa. Ariko Uburundi burahakana ivyo birego. Inyuma y'imyaka ibiri Uganda irungitse ingabo guhangana n'umurwi ADF muri Kongo, mbega hari umusaruro umaze kuboneka?
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Muri Somaliya bakomeje gushakisha abahitanywe n’igisasu cyatezwe na Al Shabab. Mu Burundi ababuriye ababo mu bwicanyi bwa Ruhagarika intara ya Cibitoke basaba Reta kubatera inkunga. Igitero cy’indege z’igisirikare ca Uganda cyahitanye bamwe mu bayobozi b’abarwanyi ba leta ya Kiyisilamu.