gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Kongo: Lazare Sebitereko uyobora Kaminuza ya Eben-Ezer mu Minembwe mu ntara ya Kivu y'epfo yafunzwe Ibitero vy'indege zitagira abadereva vyarakozwe muri Libiya, aho umurwi w'abacangero b'Abarusiya, Wagner ucumbitse Guverinoma ya Tanzaniya yakuyeho ingingo yaziririza ingendo z’amabisi mw'ijoro
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uyu munsi Kongo yujuje imyaka 63 ibonye ubwigenge, yigobotoye Abakoloni b’Ababiligi. Mu Rwanda, Urukiko rukuru ruvuga ko habonetse ikimenyetso gishya ku byaha byo guhohotera abakobwa Dieudonne Ishimwe akurikiranyweho. Tanzaniya yakuyeho icyemezo cyabuzaga bisi zitwara abantu gukora nijoro.