gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Igisirikare cya Israeli cyavuze ko ibitero byagabwe n’umutwe wa Hamas ku wa gatandatu bimeze nk’igihe ibyihebe byagabaga ibitero kuri Amerika mu kwezi kwa cyenda umwaka wa 2001. Mu Bubiligi haratangira urubanza rwa Piere Basabose, ukekwaho kuba yaratanze amafaranga yo gushyigikira Interahamwe
Amakuru y'Akarere
Ingwano yongereje inguvu muri Isirayeri, mu gihe abarwanyi ba Hamas babandanije kwihagararako kurenza igihe cari citezwe. Isirayeri ivuga ko yishe abantu bitwaje ibirwanisho binjiye ku butaka bwayo baturutse muri Libani. Muri Kongo, imirimo y’ubucuruzi yongeye kwugururwa mu karere ka Minembwe.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi kuva kuri uyu wa mbere kugera ku musi wa gatatu, hariko harabera inama y'abakenyezi b'indongozi. Umunyamerikakazi Claudia Goldin ni we yatahiye agashimwe kitiriwe Nobel mu gisata c’ubutunzi katanzwe kuri uyu wa mbere. Umurwi wa Hamas ubandanya gutana mu mitwe n'igisoirikare ca Isirayeri.