Uyu musi w’Imana wimirije uzoba umusi w’ibisabisho, mu gihugu cose ca Afrika y'epfo
Izo nteko zarungitswe kugarukana umutekano, mu gihugu ca Centrafrique
Prezida Obama, ariko arondera gushigikirwa, muri Amerika, no mu makungu, kugira agire ibitero vya gisirikare, kuri Reta y’igihugu ca Syria
Umukuru w’abarwanya ubutegetsi, Michel Djotodia, yararahiye mu mabanga ya president w’imfatakibanza, mur’ico gihugu caranzwe n’ama coup D’Etat.
Ejo ku musi wa mungu, agahengwe kasa n’akagarutse I Cairo ku murwa mukuru w’igihugu ca Misiri.
Kuri uyu wa gatandatu tariki 22 z’ukwagatandatu mu Rwanda hateganijwe igikorwa cyo kwita Izina abana b’ingagi 12.
Iyo sentare yatangaje kw’urubanza rwagiriza vice president, rushobora gutangurira mu buseruko bwa Africa, aho gutangurira i La Haie.
Reta zunze ubumwe za amerika zigiye kurungika mu gihugu ca Yordania ibigwanisho vyitwa Missile Patritot.
Umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Turkey Recep Tayyip Erdogan, yatangaje kw’umutekano uriko uragaruka mu gihugu.
Abarwanya ubutegaetsi bwa president w’igihugu ca Syria, Bashar al-Assad, baragwanye ingwano idasanzwe mu gihugu ca Libani.
Igihugu c’Ubuyapani kizoha ibihugu vyo muri Afrika imfashanyo ingana na billioni imwe y’amadolari, mu kiringo c’imyaka itanu iri imbere.
AbanyaTurkiya biyamiriza reta, barakoze imyiyerekano mu bisagara bikomaye ku musi ugira gatatu bikwirikiranya.
Umugabo afise urusu amahanga, yararusogose umusikare w’umuFaransa mw’izosi, muri quartier iri hafi y’umurwa mukuru Paris.
Secreteri wa Departemeny ya Amerika, John Kerry yarateye akamo abategetsi bo mu gihugu ca Nigeria, Kuwbahiriza agateka ka zina muntu.
President Nelson Mandela yahoze atwara igihugu ca Afrika y’Epfo, yaravuye mu bitaro, yaramazemwo imisi icenda.
Secreteri wa department ya reta ya Amerika, John Kerry yarafashe urugendo ejo ku musi wa gatandatu.
President w’igihugu ca Venezuela, Hugo Chavez, yar'afise imyaka 58, yaraye yitavye umuremyi.
President w’igihugu c’Ubufaransa, Francois Hollande yatangaje kw’umusirikare w’umuFaransa yishwe.
President Nelson Mandela, yarashizwemwo icuma gicishijwe mu kanwa co kumukuramwo utuntu twari mu nda yiwe ejo ku musi wa gatandatu.
Mu gihugu ca Misiri, igikorwa co kewmeza canke kwankiriza ibwirizwa shingiro rishasha ririmwo impari nyinshi, caraye kirangiye.
Voma ibindi