Akaruhuko k'Ubiyerekana

Bujumbura Calm

Uno musi nta myiyerekano yo kwiyamiriza Ikiringo ca Gatatu c'umukuru wigihugu yabaye I Bujumbura.Abatunganya Iyo myeyerekano batanze Umusi w'akaruhuko.Igisagara Co kimwe n'ama quatiers amwe amwe asanzwe aberamwo imyiyerekano ikomeye vyari Bitekanye.

Your browser doesn’t support HTML5

Akaruhuko k'Ubiyerekana (Bujumbura calm)