Uko wahagera

Burundi: Gusubika Amatora ho Ukwezi n'Igice?


Uruhagarara rwa politiki mu Burundi, 29/05/2015
Uruhagarara rwa politiki mu Burundi, 29/05/2015

Abakuru b'ibihugu b'umuryango w'Afurika y'ubuseruko barasavye leta y'Uburundi gusibika amatora ho ukwezi n'igice, gufungura imfungwa zose za politiki, guhagarika imyerekano no kwambura intwaro urwaruka rwose.

Inyuma y'ingingo y'abakuru b'ibihugu i Dar-es-Salaam muri Tanzania, umunyamakuru w'Ijwi ry"Amerika mu Burundi Tabitha Mukamusoni yaganiriye n'umwe mu batunganije imyiyerekano amubaza niba bagiye guhagarika myiyerekano u kurindira ko iyo ngingo ishirwa mungiro.

Bwana Jérémie Minani avugira umurwi Arusha avugako batarota bahagarika imyerekano kuko icabatumye baja mw'ibarabara n'ikindi kiringo ca perezida Petero Nkurunziza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:08:44 0:00

XS
SM
MD
LG