Emmerson Mnangagwa yemereye Abanyezimbabwe kutazobahemukira, yongera abasaba kwama bafatanye mu nda .
Irahira rya Perezida Mnangagwa mu ma Foto
1
Perezida Edgar Lungu wa Zambia, Cyril Ramaphosa wa Afurika y'Epfo , na Paul Kagame w'u Rwanda mu birori vyo kurahiza Emmerson Mnangagwa, i Harare
2
Umukuru wa sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro, Luke Malaba, ari kumwe perezida Mnangagwa
3
Perezida Emmerson Mnangagwa n'umutambukanyi wiwe Auxillia bari kumwe n'icegera ca mbere ca zimbabwe Constantino Chiwenga na madamu wiwe Mary mu birori vyo kurahira
4
Bona, umukobwa w'uwahoze aramutswa Zimbabwe Robert Mugabe ariko akeza Mnangagwa