Emmerson Mnangagwa yemereye Abanyezimbabwe kutazobahemukira, yongera abasaba kwama bafatanye mu nda .
Irahira rya Perezida Mnangagwa mu ma Foto

5
Priscilla Chigumba, aramutswa umurwi utegura amatora muri Zimbabwe ariko avugana na perezida Emmerson Mnangagwa ku musi wo kurahira

6
Douglas Mwonzora, umunyamabanga w'umugamwe MDC utemera ivyavuye mu matora yashikanye Mnangagwa ku butegetsi. Aha yariko avuga ko ukurahira kwa Mnangagwa bidasigura ko amatati yo kutemera ivyavuye mu matora aheze.

7
Abanywanyi b'umugambwe ZANU-PF, bariko bigina ukurahira kwa Mnangagwa

8
Bamwe mu banyagihugu bitabiriye irahira rya perezida Emmerson Mnangagwa.