Uko wahagera

Ingwano yo mu Gihugu ca Libya n’Ingaruka Zayo


Ingwano yo mu Gihugu ca Libya n’Ingaruka Zayo
Ingwano yo mu Gihugu ca Libya n’Ingaruka Zayo

Jean Christophe Rugari, umwe mu banywanyi b’iradiyo Ijwi rya Amerika, avuga kw’abanyagihugu bo muri Libya, bazokwivuza Coloneli Moammar Gadhafi, ngo nk’uko abanyagihugu bo muri Republika ya Congo iharanira Demokrasi, bipfuza ubuyobozi bwa Mobutu.

Mu kiganiro yahaye Frederic Nkundije, umushingantahe Rugari avuga ko Gadhafi, co kimwe na Mobutu, bakuwe n’abarwanya ubutegesi, bashaka ubwa mbere na mbere ubutetsi. Avuga kandi kw’intambara nk’izo zitigera zirangira:

XS
SM
MD
LG