Abapolisi n’abasirikare ba Kongo barenga ibihumbi bitatu bishize hamwe n’abarwanyi ba M23. Umwungere wa Ekleziya Katoroika Papa Fransisiko aracaremvye. Abandanya guhema yifashishije ivyuma vyo mu bitaro arwariyemwo I Roma.Ejo imyaka 3 izoba irumanye Uburusiya butanguye kugaba ibitero muri Ukraine.
Ibyiciro
-
06-07-2025
Amakuru y'Akarere
-
05-07-2025
Amakuru y'Akarere
-
29-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
28-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
22-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
21-06-2025
Amakuru y'Akarere