Kongo yagirije u Rwanda kurungika abanyagihugu barwo kuba mu bice umurwi wa M23 iriko urigarurira. U Rwanda ntaco rurabivugako. Mu Burundi, haracari agahaze mu kurwanya amabi ashingiye ku gitsina. FIFA yatangaje ko Arabiya Sawudite izokwakira igikombe c'isi co mu mwaka w'i 2034.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere