Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Inzego zijejwe umutekano muri Kongo zemeza ko zaraye zifashe uwiyita Jenerali Kapapa wo mu murwi Mai Mai, yagirizwa ivyaha birimwo ubwicanyi no kunyuruza abantu. Mu y’irya n’ino kw’isi, Isirayeri na Hamas vyagirizanya ububisha vyo ku bitaro binini vyo mu ntara ya Gaza vyitwa Shifa.

XS
SM
MD
LG