Ishirahamwe ryo guhanahana ibidandazwa hagati y’ibihugu vya Afurika yo hagati, CEEAC, ritera ivyatsi ihirikwa ry’ubutegetsi muri Gabon. Dmitry Utkin, ari mu bashinze umurwi w'abarwanyi b'abacangero b'abarusiya, Wagner, yashinguwe uno munsi ku wa kane.
Ibyiciro
-
18-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
17-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
11-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
10-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
04-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
03-05-2025
Amakuru y'Akarere