Urukiko mu ntara ya Gitega mu Burundi, rwahanishije igifungo kiri hagati y’umwaka umwe n’ibiri abantu 7 bashinjwa kuryamana bahuje igitsina. Ambasaderi w’Ubufaransa muri Nijeri yanze kuhava nubwo ubutegetsi bwa gisirikare bwari bwabimutegetse.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere