Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Abatwa mu Burundi ntibitabira kuja hamwe n'abandi mu mashirahamwe kandi ari vyo basabwa kugira baronke amahirwe yo gukorerwa imigambi yo kwiteza imbere. Muri Sudani indwara y'iseru irimo kwiyongera. Leta zunze ubumwe z'Amerika irasaba abaturage bayo kwitondera kujya mu Bushinwa.

XS
SM
MD
LG