Inzara yugarije impunzi mu nkambi y’agateganyo ya Kavimvira, mu ntara ya Kivu y’Epfo. Muri Sierra Leone, ibarura ry’amajwi y’amatora y’umukuru w’igihugu riracyakomeza. Muri Kenya, abantu bakekwa ko ari aba-Shabab bishe abaturage batanu mu ntara ya Lamu hafi y’umupaka.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere