Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:57 0:00

Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, CPI, yatangaje ko yasohoye impapuro zo guta muri yombi Perezida Vladimir Poutine w'Uburusiya. Ikiza ca kolera kimaze guhitana abantu 30 mw’ikambi y’abakuwe mu vyabo hafi y’igisagara cya Goma muri Kongo. Ingwara y'Ubukangwe igeramiye Uburundi na Kongo.

XS
SM
MD
LG