Ibiziga 22 ni vyo bimaze gutorwa muri komine Rugombo y'intara ya Cibitoke mu Burundi kuva mu kwezi kwa cumi na kabiri umwaka uheze. Abahitanywe na nyamugigima muri Turukiya na Siriya barenze 5000. Igisirikare ca Nijeriya kiriko gikorwako amatohoza ku vyaha vyo guhohotera abanyagihugu cagirizwa.
Ibyiciro
-
22-03-2023
Amakuru y'Akarere
-
21-03-2023
Amakuru y'Akarere
-
20-03-2023
Amakuru y'Akarere
-
19-03-2023
Amakuru y'Akarere
-
18-03-2023
Amakuru y'Akarere
-
17-03-2023
Amakuru y'Akarere