Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Burkina Faso yabohoje abagore 62 n'abana 4 bari banyurujwe. Amerika igiye gufatira ibihano abacangero b'Uburusiya. Polisi y'Ubwongereza yahanye umushikiranganji wa mbere imuziza kutambara umusipi. Impunzi zirenga ibihumbi 7 zo mw'ikambi ya Don Bosco iri muri Goma zivuga ko zibayeho ata bufasha.

XS
SM
MD
LG